MPAWE Promoter

MPAWE Promoter La Page Officielle de l'artiste cinéaste burundais connu sous le nom de MPAWENIMANA Egide : Acteur, Écrivain et Promoteur.

24/04/2026

Film INTANDARO Y'IKIBI igarutse muzindi mpwemu. Ntahandi wokura Film z'agakura atari muri GOLD AFRICA TV.

Igice ca 6 kikaba kirash*tse kuri YouTube ubu nyene. Fyonda ngaha kuri Link nawe wirabire 👇👇👇
https://youtu.be/YuRm1Rmqgkk?si=1Re0AjjijXIIU3Tk

23/04/2026

Ari nako GITEGA FILMS bigarukira na Film yabo y'ubushobozi, bise ANGER. Turindiranye igishika cinshi PART 3.

Suivez ma page ici 👉 MPAWE Promoter

Belyse wo muri film AKAMUNA n'iki mwomuhanura?Follow👉👉 MPAWE Promoter
22/04/2026

Belyse wo muri film AKAMUNA n'iki mwomuhanura?

Follow👉👉 MPAWE Promoter

Mwite  , umwe mubigeme bafatishije cane mugisata ca Cinéma ndundi na cinéma nyarwanda, ubu aho ageze hose baramumenya mu...
22/04/2026

Mwite , umwe mubigeme bafatishije cane mugisata ca Cinéma ndundi na cinéma nyarwanda, ubu aho ageze hose baramumenya muri ivyo bihugu bibiri.

Mukiganiro yahaye televiziyo ya mugihugu kibanyi c'urwanda avugako ntivyari vyoroshe kuva kubusa akagera kuntsinzi agezeko uno munsi.

Mumajambo arimwo agahinda kenshi n'amarira, avuga ati "Aho hanze hari abagabo b'ibipfamutima, bakugerageresha amafaranga, kandi nawe uyakeneye..... " arabandanya avuga ati :"Hari n'abambwira ko bazompa imodoka nitwaryamana, nanje nkavyanka,...ariko ushima Imana ikorera kugihe cayo, ubu ndafise imodoka atawayinguriye"

Benshi mu barundi bakurikiranye kino kiganiro, baridogera cane kuba yakoresheje cane ururimi rw'ikinyarwanda, akigira nkaho atazi ikirundi, bakavuga ko uko ari ukudaha agaciro igihugu ciwe, hamwe no kudakundisha abandi ururimi kavukire. Bavuga ko kuba yarakoresheje ikinyarwanda, abanyarwanda isinzi bamucishijemwo ijisho kuko bo, ubwabo barakunda ikirundi cane, ariko iyo baje ino bavuga ikinyarwanda cabo, nk'ikimenyetso co gukunda igihugu.

Mbega nawe ubona MIMI yarakoze ikosa gukoresha ikinyarwanda akareka ikirundi?

Tubandanya dushimira mwebwe mwese mudahengeshanya gukurikirana urubuga rwacu rushasha. N'abandi mukore SUIVRE K'urubuga rwa 👉 MPAWE Promoter

TURABAKUNDA CANE

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Joyeux La Victoire Ineza, Solange Uwimana, Josue Ndayizeye, Eddy Fine Butoyi, ...
22/04/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Joyeux La Victoire Ineza, Solange Uwimana, Josue Ndayizeye, Eddy Fine Butoyi, Nikezwe Milicah, Nishimwe Alixa Tequeen, LaCoco Bae, Belonne Kaze, Dynamique Nimubona, Michaël Michaël, Delicia N'ny, Ōg Naz Naz Bikorimana, Nakaje Pacifique, Eliella Øg, Audace Niyomwungere, Ndikiminwe Léopold, Taiwo Owoeye, Jean Paul Bizimana

Umwana akiri muto cane muri cinéma ndundi   aratwipfurije akajoro kezaaa.Suivez ma page. 👉 MPAWE Promoter
21/04/2026

Umwana akiri muto cane muri cinéma ndundi aratwipfurije akajoro kezaaa.

Suivez ma page. 👉 MPAWE Promoter

21/04/2026

Merci de faire partie de mes followers les plus actifs ainsi que de ma liste hebdomadaire des interactions ! 🎉 Hakizimana Souavis, Martin Kagabo, Solange Uwimana, Fabiola Fafa, Aivella Mwizigirwa

Ejo ni Kuwambere, Film yitezwe gusumba izindi, ni film SUWA yo kwa  . Nawe nibaze ko uyitegereje cane.Ejo, tuzohabwa Ep ...
19/04/2026

Ejo ni Kuwambere, Film yitezwe gusumba izindi, ni film SUWA yo kwa . Nawe nibaze ko uyitegereje cane.

Ejo, tuzohabwa Ep 2

Suivez ma page 👉 MPAWE Promoter

Isabukuru nziza  , imfura y'umukinyi wa films F***y  . Imana izomuhe kuramba, no kwigisha abantu nk'uko maman wiwe abiko...
19/04/2026

Isabukuru nziza , imfura y'umukinyi wa films F***y . Imana izomuhe kuramba, no kwigisha abantu nk'uko maman wiwe abikora.

Suivez ma page 👉👉 MPAWE Promoter

Film MWAMIKAZI SERIES igiye kugaruka kuri Saison yayo ya Gatatu. Uyu mugore   ari mukazi kabisaaa.Mbega nawe iyi film ur...
17/04/2026

Film MWAMIKAZI SERIES igiye kugaruka kuri Saison yayo ya Gatatu. Uyu mugore ari mukazi kabisaaa.

Mbega nawe iyi film urayikurikirana??? Tubwire umukinyi ukundamwo

Address

Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MPAWE Promoter posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category