To QUASO

To QUASO Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from To QUASO, Avenue Patrice Lumumba, Bujumbura.

04/11/2025

Product/service

04/05/2025

*Abifuza kuba aba agent*
*-Carte sim Lumicash*
*-Carte sim Ecocash*
*-Bancobu eNoti*
*-Retrait Bancobu*
*-Retrait CRDB*
*-CECM AKARAVYO*
*-KCB*

*Murahawe ikaze mwese tubafashe*

*Dukorera aha muri centre ville ya Bujumbura, hampande ya Lumitel Musi ya Poste munyubako ya Exllence house winjiye uc ubona kumuryango icapa TOQUASO*

*Ufise ic ubanza hamagara kuri*

*-79289631*
*-61107030*

21/12/2023
🎊🎊  muri BAL 2024!🎊🎊Dynamo ibaye imfura mu kuronka uburenganzira bwo gukina muri Basketball Africa League(BAL). N'inyuma...
26/11/2023

🎊🎊 muri BAL 2024!🎊🎊

Dynamo ibaye imfura mu kuronka uburenganzira bwo gukina muri Basketball Africa League(BAL). N'inyuma yo gutsinda yo muri Madagascar kuri 79-78.

Mu mateka ya basketball mu Burundi, hazokwama hibukwa ko Dynamo ariyo yaronse ubwa mbere ubwo burenganzira (qualification). Turabakeje.

DynaDynamo BBC
Febabu
For TOQUASO

🔴🏀Umurwi Dynamo BBC ubaye umurwi wa mbere mu Burundi uzokwitabira  ihiganwa Ball.Dynamo ihejeje kwirahira umurwi Cospin ...
26/11/2023

🔴🏀Umurwi Dynamo BBC ubaye umurwi wa mbere mu Burundi uzokwitabira ihiganwa Ball.

Dynamo ihejeje kwirahira umurwi Cospin wo muri Madagascar ku manota 79 kuri 78. Dynamo iciye ironka uburenganzira bwo gukina inkino za nyuma z'inkino za Ball.

TOQUASO ikaba ibakeje cane.

🙄 "I Muyinga kera wahabona ama V8, ariko ubu huzuye ama probox"🤔 Umwanditsi wa Yaga yaratubarije ico iyo mvugo isobanura...
09/11/2023

🙄 "I Muyinga kera wahabona ama V8, ariko ubu huzuye ama probox"

🤔 Umwanditsi wa Yaga yaratubarije ico iyo mvugo isobanura n’igituma abantu bakunda kuyikoresha.

☺️ Bamwe mu banyagihugu bo ku murwa mukuru wa Muyinga basiguye bino bikurikira :

🤷🏽‍♂️ J.M, adandaza muri iyo ntara agira ati : “Iyo mvugo ni ndenzarugero ariko niyo. Kera, nko mu myaka y’2010, ng’aha i Muyinga abantu bari bafise amafaranga cane. Benshi muri abo bari abacukura inzahabu. Bari batunze mu buryo busiga ubwenge”.

🤭 Ngo uwuguye ku nzahabu wabibonera mu bintu bitatu : “Ubwa mbere yaca agura urupangu. Ubwa kabiri yaca arongora. Iyo afise umugore naho, yaca amuharika. Ubwa gatatu yaca yinezereza, akagura imodoka izimvye, akama mu birori yongera asororera abagenzi” 🍻

✈️ Uwo mudandaza yatubwiye ko “mwene abo bacukura inzahabu, iyo yayiguyeko, wasanga afata indege akaja Dubaï agiye kugura impuzu yambara agaca yigarukira. Muri "week-end" hoho yumva ashaka gusohoka, yaca afata indege akaja i Nairobi, akamarayo imisi mike agaca yigarukira” 💁🏾‍♂️

🙎🏾 S.N, aba muri iyo ntara wewe yunganira ati : “Naho ubu ibijanye n’inzahabu biri mu minwe ya Reta, kera vyari mu minwe y’abigenga. Ivyo vyatuma umuntu ashobora gutunga mu kanya isase. Yakira kugwa gusa ku nzahabu” 😉

😅 Abahatomboreye si bake. L.N, umwe mu rwaruka aba aho nyene ku mugwa mukuru wa Muyinga, yigana ingene “umudandaza w’inzahabu yashika mu kabare akavuga ko inzoga zose aziguze, gutyo aba jeunes baho bagahamagarana vuba vuba babwirana ahari iza gusa” 😊

🤔 Ngo mwene abo bantu rero iyo basesaguye amafaranga, harya babona ko agira abaherane, baca bagura probox ibinjiriza kubera i Muyinga zirakora cane. Muyinga ihana umupaka na Tanzaniya, haguma hari uruja n’uruza rw’ibidandazwa.

✍🏾 Muri kino gisomwa : https://shorturl.at/dguxM, umwanditsi yaragarutse ku kuntu abacukura bahora babwira abaganga n’abigisha bati : “Uwataye umwanya ni inde ?”, bagaca bishura : “Ni uwize amashure” 😟

✅ Ibijanye no gucukura ubutare vyashizwe mu minwe ya Reta kuva muri Nyakanga 2018.

Musomyi, iyo mvugo wari umaze kuyumva nawe ?

07/07/2023

Jeho namakofile yojamwo k*k Ibintu vyama aniversaire nibyabahaze

29/06/2023

Vya bintu vya coca na paracétamol bahejeje kuvyemeza kuri BBC
Asha ngo nivyo

Ikinyamakuru cizewe cane kandi cegereye Réal Madrid citwa Marca kivuga ko Liverpool yagiye muvya Mbappé kandi yitegiye k...
27/06/2023

Ikinyamakuru cizewe cane kandi cegereye Réal Madrid citwa Marca kivuga ko Liverpool yagiye muvya Mbappé kandi yitegiye kumutangako milioni 300.Aha wobona umwana wi Bondy agiye muri Premier League.

Mw'ihiganwa rya LA Liga rigiye gutangura mu kwezi kwa 8,amatariki ya El Classico yamaze kumenyekana.Itariki 29/10/2023 n...
23/06/2023

Mw'ihiganwa rya LA Liga rigiye gutangura mu kwezi kwa 8,amatariki ya El Classico yamaze kumenyekana.

Itariki 29/10/2023 ni Classico ya mbere,itariki 21 /4/2024 ni Classico ya 2 Match retour.

Ibintu aba ari na vyiza.

Address

Avenue Patrice Lumumba
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when To QUASO posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share