Inyota yurukundo

06/01/2025
Kuki abantu mwizeribinyoma.Chr konaje kukuraba nkagukena.Narikumwe nuwariko arandesha*Reka kumpenda.  narikuvoma
06/01/2025

Kuki abantu mwizeribinyoma.
Chr konaje kukuraba nkagukena.
Narikumwe nuwariko arandesha
*Reka kumpenda.
narikuvoma

16/11/2024

Ijambo ryuyumusi''''''''''''::::

Umukobwa umwe yambajije icoyokora kugira aguman na chr wiwe '''ncandamubwira kwarugusenga .ariko icantangaj nuko yagiye ababayeeee

Turikure yimiryang twaguy guhiga ubuzima.nubwo beshi batavyira nikwokuri
16/11/2024

Turikure yimiryang twaguy guhiga ubuzima.nubwo beshi batavyira nikwokuri

16/11/2024

Mahoro cane mumezenez ndabakumbuye. Kugira twongere guteraman munkuru zigisha'kwarukubipfuriza umusi mwiza

04/03/2024

Eseee.kugira umunezero nukuba ufise amafarang ?nukuba ufise abavyeyi bagukunda?nukuba ufise incuti nziza?nukuba ufise akazi keza ?wapiiii vyose mumana niho Hari amahoro twese tuvuge amee

04/03/2024

Harumuntu azamubuzima bwawe akabuhindura bukaba bwiza canke naho.ugakena ivyo Warufise ntubone mutwenga ngonuko bakwitayeho,baracaguharaye

Address

Gatabo
Kayogoro

Telephone

+25769653542

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inyota yurukundo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category